|
\c 1 \v 1 Iyi ni ntango yinjili ya Yesu Kristo Umwana wimana. \v 2 Nkuko vyandichwe mumuvugishwa Isaya, "Aba ndatumye intumwa yanje imbele yawe umwe azotegula inzila yawe. \v 3 Ijwi yumuntu livugila mubugalagwa "Niu zuze inzila yumwami zigolole inzila ziwe. |