1 line
483 B
Plaintext
1 line
483 B
Plaintext
\v 25 Aliko ndiyumvira ni ngombwa kumugarula iwanyu epafradito, wene ni mwewe, wachuna numukozi wakazi, mugenzanje na numusirikahe muenzanje, ni ntumwa iwanyu kubera ivyo nkennye. \v 26 Kubera yarifishe ubwoba na yifuza kuba hamwe namwe mwese, kukubera mwumvishe yuko ya rigwaye. \v 27 Kubera kweli yarigwaye chane hofi yo kupfa. Aliko imana iramugirila ikigongwe na icho chiza ntichari hejuru yiwe gusa, aliko kandi chari hejuru yanje, kugira ngosimbe numubabaro hejuru yu mubabaro. |