suj_php_text_reg/02/28.txt

1 line
353 B
Plaintext

\v 28 Rero ndamugarula iwanyu ni ngoga bishoboka kugira ngo nimwabona kandi muronke kunezegwa nanje nzoba nkuweho inkekankeka. \v 29 Mumwakile Epafradito mumwami mumunezero gwose. Mwubahe abantu nkawe. \v 30 Kukubera ikazi ya Kristo ko yari hofi kupfa. Yarahevye amagarayiwe kukunkiza jewe akora kidya mutashobora kukora kukumfasha jewe mwarikure nanje.