\v 12 None rero bakundwa banje nkuko kumwubaha imisi yose, sigusa kukubaho kwanje aliko relo ni hejuru chane naho hatobaho ukubaho kwanje, mushicha akakiza kanyu mwebwe mutinya nukuetemera. \v 13 Kubera arimana ikora akazi muri mwebwe kubela kubashoboza kwifuza kukora iibereye wene.