1 line
578 B
Plaintext
1 line
578 B
Plaintext
\v 11 Hanyuma yaho, Yesu agenda mumuji witwa Naini. Abanafunzi biwe bagenda na wene bajanye na bantu benki. \v 12 Asohoye hofi yumudyango wijiji babona, umuntu yafpuye bali bamutaluye, yalimwana yumwe kwanyina wiwe. Yalumufpakazi, abantu benki kuva mulidyojiji bali hamwenawene. \v 13 Umwami ambonye alamwegela kukigongwe kinini chana hijini yiwe alamubwila "Ntulile". \v 14 Yagela imbele akola kwijeneza balibantaye mwo umubili, bodya bali bateluye balahagalala avugu, "Musole ndavue vyuka". \v 15 Umupfu alavyuka yikala hasi atangula kuvuga. Male Yesu amukabizi kwa nina wiwe. |