1 line
534 B
Plaintext
1 line
534 B
Plaintext
\v 12 Umusi gugomvye kuhera, bamwe chumi na babili bagenda kuri we bavuga, "But Sezara iko raniro ngo bagenda mumuhama ya hofi ni mwimuji barondere habalumurira na badye, kubera turihano mukahinga". \v 13 Ariko arababarira at, "Mwebwe ni mubahe icho badya". Baravuga, "Ntitufishe ibirenga ibimanyu bitanu vyi mikate ni samaki zibili, yomba tugiye ni kugura ivyo kudya kubela ili koramiro dyabanantu". \v 14 Hari abagabo bagera ibihumbibitanu hadya Arababwira abijishwa biwe, "Bikaricha imigwi ya bantu mirongitanu tanu kuribwri mugwi. |