\v 7 Umusi wi mikate itambiwe urashika, aho umwagazi wintama utangwa. \v 8 Yesu atuma Petro na Yohana aravuga, "Nimugende mututengwire ivyokudya vya pasika kugira tuze tubidye. \v 9 Baramubaza, "Bat ugomba tugutugurire hehe?"