|
\v 29 Ariko umwigisha, yifuje kwiharurira ubugororo chi wene, aramubwira Yesu na mugenzi wanje ninele?. \v 30 Yesu aramwishura, "Habaye umuntu yaravuye Yerusalem agenda Yeriko. Agwa mumaboko yabambuzi, bumwaka ivyiwe, bara mukubita barigira bumusiya hadya ari munusu yo kupfa. |