1 line
316 B
Plaintext
1 line
316 B
Plaintext
\v 36 Raba, umuvukanyi wawe Elizabeti alafise inda yumwana mumiaka yiwe yubuzehe. Uku nu kwezi kagatandatu iwe, aliweyaliyitwa ingumba. \v 37 Kubela ntakintu kitashoboka ku mana" \v 38 Maliamu alavuga, Raba, jewe ndumukozi wumugole wu mwami. Rekabibeuko iwanje sawasawa nubutumwa iwawe. "Hanyu ma malaika ala muleka. |