\v 45 Yesu aravuga, "Ninde yoba ankozeko? "Bahakanye bose, Peto aravuga, ati mwami nishengero rikutuyaye hagati rikubanda" \v 46 Aliko Yesu aravuga, "Umuntu yumwe yankozeko, kuko numvishe ubushobozi bumvuyemwo.