\v 7 Izindi zigwa mumuliwa navyo ivybiti vya maluwa bimerana nizo mbuto birazinyoha. \v 8 Aliko izindi mwivu dyiza ziramera zivyara impeke ijana kwijana. "Hanyuma Yesu aravuga ayo majambo nijwi rirenga, "Uwowese afishe amatwi niyumve niyumve"