\v 9 Mbega ntazokengurukira uwo mushamba kukoya koze ivyo yamutegecheko? \v 10 Kutyo nyene namwe abeariko mukora nimwamara kukora ivyo mwategechwe muvuge twebwe turi abagurano bimburakimazi. Twakoze ivyotukwiye kukora gusa.