1 line
347 B
Plaintext
1 line
347 B
Plaintext
\v 47 Mukozi, amenya ubushumba bwimwami wiwe, nawe ntiteguye kandi ntiyakoze neza chane nivyizavyiwe, alokubitwa inkoni nyishi. \v 48 Aliko umukozi atamenya ubwiza bwa mwami, aliko alakola yamezelejwe ikihano, alokubitwa ikoni zikenya. Kubalawe neyahawe vyishi, vyishi aladayigwa kuva uwiwe, nawene yizigiwa kuvishi, kwiwe bilodayiwa vyishi chane. |