suj_luk_text_reg/09/43.txt

1 line
315 B
Plaintext

\v 43 Bose butangazwa ni chubahiro chi mana. Aliko bakitangarira ivyo yukoze vyose abarira abigishwa biwe. \v 44 Amajambo abichare mumatwi yanyu, kuko umwana wamuntu azoshigwa mumaboko ya bantu" \v 45 Aliko ntibamenye idyojambo kandi barahishijwe mumaso yabo, kugira ntibaze barimenye. batinya kubimubaza ivyarivyo.