\v 3 Ababwira, "Ntimuzotware ikintu chochose kubera urugenda gwanyu chanke inkoni, chanke isaho cha impamba chanke amahera kandi ntimugira inkanzo zibiri. \v 4 Inzu yose muzokwinjiramwo, abe ariyo mugumamwo kugeza aho muzovira aho bantu.