suj_luk_text_reg/10/33.txt

1 line
347 B
Plaintext

\v 33 Aliko umusamariya yumwe yari munzi ashika kuriwe. Amubonye, amutera ikigongwe. \v 34 Aramwegera, amufuka inyuma ziwe, amuso moza amwuliza kundogobe yiwe, amutwara mundaro ya bahita aramngwaza. \v 35 Bukeye atwara idenariyo zibil, aziha nyene indaro ya bagenyi aramubwira, at umugwaze kandi ivyoutanga vyose bisumba ivyo nzobigusha inagaruka.