1 line
283 B
Plaintext
1 line
283 B
Plaintext
\v 5 Munzu yoyose muzokwinjiramwo, mubanze muvuge, "Amahoro abe muriyi nzu. \v 6 Nihaba harimwo uwamahoro, ambahoro yanyu azesigara kuriwe, alio nibitamere bityo azoba garukako. \v 7 Sigara muriyonzu, mudye munywe ichobazo baha kuko umukozi akwiye ingero yiwe. Ntimugende mwraraguza. |