\v 42 Alashila hejulu ijwi dyiwe alavuga kwijwilinini, "ulahezagiwe wewechane hagatiya bagole, numwana alimunda iwawe yahezagiwe. \v 43 Nonebibaye gute iwanje yuko. Mahawumwami wanjevyamusaba azeiwanje? \v 44 Kubela laba, bimazekumvikana mumatwi yanje ijwi dyo kulamucha iwawe, umwana munda iwanje alasimba kumunezelo. \v 45 Kandi alehezagiwe uliya mugole aliwe yizenye yuko vyabage kutunyanywa kwamajambo adyo yoyabwiwe kuva ku mwami.