\v 47 Uwo mugora abonye yuko atashobora kunyegeza ichoyakoze, abanza kulinda akashichi, yikubita hasi imbele za Yesu amubwira ibele ya bantu bose ichatuvuye amukoroka na kudya yakize muruwo mwanya. \v 48 Aramwishura ati, "Mkobwa, ukwizera kwawe kurakugize muzima. Genda na mahoro.