\v 17 Yesu yululuche hamwe na bene kuva kumusozi bahagalala ahantu tambalale. Abanafunzi benki balihiyo, hamwene abantu benki kuva yulieya na Yerusalemu nokuva hakudya ya tiro na Sidoni. \v 18 Baje mumwumviliza no kukizwa igwala zabo. Abantu babazwa ni mpwemu yibi balakijijiwe kandi. \v 19 Kilayumwe mwichokitelane yagejeje kumukolaho kubela inguvu zo kukiza zalimwo zilava kuliwene, yalabakijije bose.