\v 22 Kumusi umwe mwriyo misi Yesu nabagishwa biwe batambukira mubwato, na arababwira, "Tujabuke tuje hakudya yi kiyaga". Batengura ubwato bwabo. \v 23 Aliko batanguye kugenda, Yesu arahunira, ni nkubi yumuyaga, nu bwato babo bubanza kuju mumazi na bari kungorane nini chane.