\v 13 Uzobana ibara korazini, uzobana ibara Bethsaida! Nimba ibikogwa bikomeye vyakorewe muri mwebwe iyobiba vyakorewe muri tiro na Sidoni, baba barihanye kera, bichaye bambaye amagumira bisize imanyota. \v 14 Aliko hazoba akahengekereza kurusha umusi wurubanza gwa Tiro na Sidoni kurusha mwebwe. \v 15 Nawe, kapernaumu, wiyumvira uzoshigwa hejuru mwijuru? Oya uzokwururuchwa mu kuzimu.