diff --git a/08/36.txt b/08/36.txt index 4c0c817..0b88e30 100644 --- a/08/36.txt +++ b/08/36.txt @@ -1 +1 @@ -Niho umuntu yumwe muribo yabonye ivyabaye atangura kubwira abandi ukuntu uyumuntu yatwagwa nabadayimoni yakikijwe. Abantu bose bo mumukowa wa Gerasi kikije alio baramwinginya Yesu ngo ave aho kukobari \ No newline at end of file +\v 36 Niho umuntu yumwe muribo yabonye ivyabaye atangura kubwira abandi ukuntu uyumuntu yatwagwa nabadayimoni yakikijwe. \v 37 Abantu bose bo mumukowa wa Gerasi kikije alio baramwinginya Yesu ngo ave aho kukobarinubwoba bwinsi. Yinyira mu bwato asubira inyuma. \ No newline at end of file diff --git a/08/38.txt b/08/38.txt new file mode 100644 index 0000000..5067765 --- /dev/null +++ b/08/38.txt @@ -0,0 +1 @@ +Umuntu yaliyavuyemwo abadayimoni yinginga Yesu ngo bayenele hamwe, aliko Yesu amubwira agende ni kuvuga, "Subira munzu iwawe uharure bidya vyose imana yakugiriye" Uyo muntu aragenda, amenyesha hose mumuji wose bidya vyose vyo Yesu yukoze kubera we. \ No newline at end of file diff --git a/manifest.json b/manifest.json index b6d2c39..d7664cf 100644 --- a/manifest.json +++ b/manifest.json @@ -204,6 +204,7 @@ "08-28", "08-30", "08-32", - "08-34" + "08-34", + "08-36" ] } \ No newline at end of file