1 line
227 B
Plaintext
1 line
227 B
Plaintext
|
\v 51 Maze imisi yiwe youduzwa mwajiru gira ishike yerekueza iyerusalemu. \v 52 Atuma integuza imbele yiwe nazo ziragenda zija mumihana ya basamariya kumuteguliza. \v 53 Aliko abantu hiyo ntibamwakira, kikayerekeje iyerusalemu.
|