suj_2co_text_reg/09/03.txt

1 line
528 B
Plaintext

\v 3 Ubu ndabatumye bagenzi kugilango ukwishi ma kwanyu kuvyelekeye mwebwe ntikube kubusa kugila mwobaye mwitguye, nkuko nabivuze niko mwobaye. \v 4 Ahandiho nimba umuntu wewese wa Makedonia ni yaza hamwe nanje tukabasanga mutahitegula twogize isoni - simvuga ichochose kuvyelekeye mwebwe kuba abatinyuche chane kuli mwebwe. \v 5 Kulivyo nabonye alibintu vyakamalo kubinginga bagenzi kuza kwanyu nukukola integulo hakili kale kukubela udushimwe mwasezela niwe ukunuko kugila kabe kateguye nkumugisha kandi si nkintu chategechwe.