Fri Jul 22 2016 16:06:09 GMT+0100 (W. Central Africa Standard Time)

This commit is contained in:
parfait-ayanou 2016-07-22 16:06:10 +01:00
commit 22269b0ef1
55 changed files with 109 additions and 1 deletions

1
07/11.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 11 kuko icaha cafashe umwanya kiranyosha kubera amategeko ndapfa bitewe nago. \v 12 Nuko rero amategeko garaboneye, n'amigisho garaboneye, y'ukuri kandi meza.

1
07/13.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
13 ariko, iciza n'ico cahindutse ico kuzana urupfu kuri nje ? Oya N'icaha kugirango cigaraze nk'icaha kintera urupfu arirwo rwiza, bigera no kumabwiriza ahana k'urugero rwo hejuru. 14 Tuzi ko amategeko ariho m'Umwuka wera, njewe, ndi uw'umubiri. Nagurishijwe nk'umugaragumu ibyaha.

1
07/15.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
15 Kuko nta mutima nama mfite ku ibyo nkora. Ntabwo nkora ibyo nkora ibyo nanga. 16 ariko ninkora ibyo nanga, niho nzamenya ko amategeko ari meza.

1
07/17.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 17 Ntabwo ari nje ukora ibi bintu ariko n'icaha kiba muri nje.\v 18 Iciza, ntikiba muri nje. Kwifuzqa gukora neza biri muri nje, ariko sinagombaga kubikora.

1
07/19.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 19 Ibyiza nifuza ntabwo mbikoraga, ahubwo ngako ngakora ibibi ntashaka.\v 20 Iyo nkora ibyo ntashaka gukora, ntabwo aba ari nje ubikora. \v 21 Nibonamo ago mategeko, Iyo nshaka gukora ibyiza, ibibi bintanga imbere.

1
07/22.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
22 Ndishimira mu mategeko y'Imana kubw'uwo muntu uri muri nje. 23 Ariko hairi agandi mategeko gariho mu migabane y'umubiri gwanje arwanya amategeko kugirango ntagumva, akampindura imfungwa y'amategeko y'ibyaha, biri mu ingingo zanje.

1
07/24.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 24 Umunyamibabaro uwo ndi we Ni nde wombohora ugu mubiri gupfa. \v 25 Ubuntu bw'Imana na Yesu Krisito Umwami wacu. Nanje ubwanje niyumvamo, umuhakwa w'amategeko y'Imana kubera umubiri nd'umuhakwa w'amategeko y'icaha.

1
09/01.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 1 Ndikugamba ukuri muri Kristo, ntaho ndi kubesha, umutima guboneye, guri kumpamiriza m'umutima. \v 2 Ko mfite agahinda kanini, n'umubabaro gudashira m'umutima gwanje.

1
09/03.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 3 Kuko byari ari byiza ko mvumwa no gutandukanywa na Krisito kubera urukundo mfitiye bene wacu, ab'ubwoko bwanje k'umubiri. \v 4 Ni abisraeli bahinduwe babana, bahabwa ubwiza, amasezerano, impano y'itegeko, guhimbaza Imana n'amasezerano. \v 5 Kandi basogokuruza, abo Krisito akomokaho k'umubiri, Krisito arabaruta bose, Uwiteka ahabwe icubahiro iteka ryose. Amina !

1
09/06.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 6 Ariko ntaho arukugamba ko amasezerano g'Imana garananiwe. Kubera ko ntaho ari Umwisraeli wese uri Umwisraeli.\v 7 Ariko abakomotse kuri Abrahamu bose ntaho bose ariko ari ko abana be. Ariko ni muri Isaka ho uzabonera abaragwa.

1
09/08.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 8 N'ukugamba ko, abana k'umubiri ntaho ari abana b'Imana, ahubwo n'abana b'isezerano bafatwaga nk'abaragwa. \v 9 Kuko n'iryo jambo ry'amasezereno. Igihe nka kino nzagaruka kandi umwana azavuka kuri Sara.

1
09/10.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 10 Ariko ntaho ari ibyo gusa, Rebeka yatewe inda n'umugabo umwe, sogokuru Isaka. \v 11 Kuko abana batari bavuka, batari bakora ikiboneye cangwa ikibi, kugira ngo umupango gw'Imana dukurikije gotoranya kw'Imana bidatewe n'ibikorwa biboneye bivuye k'ubushake bw' uwo uhamaga.\v 12 Yabwiwe ibikurikiye ngo :'' Gakuru azakorera Gato." \v 13 Ni nkuko byari byanditswe ngo " Nakunze Yakobo nanga Esau."

1
09/14.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 14 None si tugambe iki ? Mbesi ibyo byerekana amakosa g'Imana ? Oya da. \v 15 Kuko yabwiye Musa ngo : " Nzagirira imbabazi uwo nshaka kandi nzagirira impuhwe uwo nshaka. \v 16 Nuko rero ibyo ntaho biturutse k'ubishaka cangwa si uri kuvuduka ahubwo biva k'ubushake bw'Imana yo itanga imbabazi.

1
09/17.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 17 Kuko inyandiko ibwira Farao ngo : " Ni ukubera umugambi gudasanzwe naguhamagariye kugira ngo ingufu zanje zigaragaze kandi n'izina ryanje ry'amamazwe kw'isi yose. \v 18 N'uko rero agirira imbabazi uwo ashatse kandi akanangira uwo ashaka.

1
09/19.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
19 Uzongera kumbwira ngo : "Kuki arikuguma gushakisha amakosa ? " Ninde worwanya ubushake bw'Imana ? " 20 Ubundi ni nda wowe muntu uri nde wo kuvuguruza Imana ? Akabindi k'ibumba gashobora kubaza umubumbyi ngo : " Kuki wambumbye guco ? ". 21 Umubumbyi si ntaho afite ubushobozi bwo gukoresha ibumba bwo gukoresaha ibumba no gukuramo utubindi two gukoresha buri musi ?

1
09/22.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 22 Tugamb'iki niba Imana ishaka kwerekana uburakari no kugaragaza ingufu zayo, yihanganiye utubindi tw'umujinya twateguriwe kurimbura.\v 23 Kugira ngo amenyekanishe ubukire bw'icubahiro ce k'utubundi tw'imbabazi twateguriwe kuva mbere k'ubw'ubwiza bwayo. \v 24 Niko bimeze kuri twe abo yahamagaye, ntaho ari mubayuda gusa, ahubwo no mu abanyamahanga.

1
09/25.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 25 Nkuko bivuga muri Hosea : Nzits ubwoko bwanje abatari ubwoko bwanje , n'umukunzi wanje utari umukunzi wanje .\v 26 Kandi niko bizaba kubantu baburanye ngo " Ntaho muri ubwoko bwanje ", aho bazitwa abana b'Imana nzima".

1
09/27.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 27 Yesaya yagambye kuri Isiraeli : Iyo umubare rwa bana b'Isiraeli uba ungana nu muchanga go mungeze ,hazabaho abasigaye bazakizwa ; \v 28 Kuko umwami azashira mubikorwa ijambo rye kuriyisi vuba kandi kuburyo buzuye. \v 29 Niko Yesaya yabigambye mbere ngo : Iyo umwami nyiringabo abeara dusigiye urubyaro inyuma yacu ,kiba twara sanye na Gomora.

1
09/30.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 31 None tagamba iki? Nuko abanyamahanga, batashakaga ukuri, bahawe ukuri guturutse mu nzira yo kwizera. \v 30 Ariko Israeli batarashatse gukurikiza amategeko g' ukuri nta ukuri bagezeho

1
09/32.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 32 Kuki si? Kubera ko batashatse amategeko mu nzira yo kwizera, ariko banyuriye mu bikorwa. Barasitaye ku ibuye ryo gusitaza, nkuko byanditswe ngo: " \v 33 Murebe, ndarambitse ibuye ryo gusitaza ni urutare rw' igicumuro i Siyoni. Abazibyizera ntaho bakapfe isoni"

1
11/01.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 2 N'uko ndagamba, imana yataye ubwoko bwayo ? Reka da. kuko nanje ndi um Israeli, nkomoka kuri abrahamu, m'umuryango wa benyamini. \v 1 Imana ntabwo yataye ubwoko bwayo, bwo yamenye kuva mbere. Ntabwo muzi ibyanditswe bivuga kuri Eliya uburyo yitotombye, imbere y'Imana kubera Israeli ? \v 3 Umwami, yishe abahanuzi bawe bose, bakarimbura ibicaniro; ni njewe usigaye, kandi nanje bashaka kunyica.

1
11/04.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 4 None n'ikihe gisubizo Imana yamuhaye ? Nisigiye abagabo ibihumbi birindwi batigeze bapfukama imbere ya Baali. \v 5 Kandi, buno hariho umubare go Imana yatoranije kubera ubuntu bwayo.

1
11/06.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 6 ariko niba ari kubwo ubuntu, ntabwo ari kubwo imirimo. Niba atari ibyo ubuntu ntabwo bwari ari bwo. \v 7 None n'iki ? Ico Israeli ishaka ntabwo yakibonye, ariko nabo Imana yatoranije bakibonye, abasigaye ntabwo bumviye. \v 8 N'ukuri, kuko byaranditswe : Imana yabahaye umwuka utagomba kwera imbuto, amaso atagomba kureba, n'amatwi gadashobora kumva.

1
11/09.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 9 Na Daudi aravuga ngo : ameza gabo ababera ingoyi, umutego n'igihano.\v 10 Bahinduke impumyi badashobora kureba; ugondamishe imigongo yabo igihe cose.

1
11/11.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 11 nuko ndagamba : baraguye ubuteguka ? reka da. Ahubwo, kubera kugwa kwabo, agakiza kageze ku banyamanga, kugirango ishari ryabo rigaragare.\v 12 Icakora, niba kugwa kwabo ari isoko y'umugisha gw'isi, kandi igihombo cabo kikaba isoko y'umugisha ku abanyamahanga, kweguka kwabo kuzaba gute ?

1
11/13.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 13 buno ndi kubwira abanyamahanga. Igihe cose ndi intumwa y'abanyamanga, nejejwe n'umurimo gwanje. \v 14 Ahari ngomba kugarura ishari rya bene data, kugirango bamwe bakizwe.

1
11/15.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 15 Niba gutabwa kwabo kwabageza k'ubwiyunge n'isi, bizaba bite no kwemerwa kwabo, niba atari ubuzima bwo kuva mu bapfuye ? \v 16 Niba imiganura y'imikati ari iy'Imana, umukati gose n'ugwe; niba umuzi gwejejwe, imitabi nayo irejejwe.

1
11/17.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 17 ariko niba imitabi yaraciwe, umutabi g'umuzabibu go mu ishamba, nkamwe, gwamaditswe ho, kandi gukunguka ubukire buvuye mu imizi. \v 18 Ntusuzugure imitabi. Ariko ni muyisuzugura, mumenye ko atari mwebwe mushigikira imizi, ariko, n'umuzi gubashigikiye.

1
11/19.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 19 Muzavuga ngo : Imitabi yaraciwe kugira ngo mubone uko mumadikwa ho.\v 20 Mugambye ukuri ! N'ukubera kutizera kwanyu kwatumye gacibwa, \v 21 ariko mwahagaze neza m'ukwizera. Ntimwishime cane ahubwo mwubahe. ariko niba Imana itararetse imitabi isanzwe, mwe gutekerezako ari mwebwe izareka. Noneho murebe ko Imana ari nziza kandi ikarakara.

1
11/22.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
M'uruhande rumwe, yarakariye abayuda basubiye inyuma, ariko m'urundi ruhande ni nziza kuri mwebwe muguma m'ubuntu bwayo. Nibitabo guco namwe muzakurwamo mu igihe canyu.

1
11/23.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 23 Kandi nibataguma m'ukutizera bazagarurwa kuko Imana ishoye kubagarura. \v 24 Kandi niba mwari mwaraciwe k'umuzabibu go mu shamba, bitandukanye na kamere yanyu mwaditswe k'umuzabibu mwiza, kubw'ibyo, ababayuda, imitabi ya kamere, bazongera kumadikwa m'umuzabibu gwabo.

1
11/25.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
Kuko ntazakunda, bene data, ko muba abatamenya, iri banga kugirango mutiyita abanyabwenge : Israeli yinangiye igihe kimwe kugeza igihe umubare gw'abanyamahanga gwo kwinjira gube guzuye.

1
11/26.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
26 Nuko Israeli yose izakizwa, kuko byanditswe : Muri Siyoni hazava umucunguzi : azavana Yakobo. 27 Iryo niryo sezerano ryanje nabo, igihe nzavanaho ibyaha byabo.

1
11/28.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
28 M'uruhande rumwe, ukurikije umwaze, Imana yarabataye kubera mwebwe, m'urundi ruhande, bitewe n'ubushake bwayo. Irabakunda kubera base. 29 Kuko impano n'umuhamagaro by'Imana ntabwo bihunduka.

1
11/30.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 30 Kuko uhereye kera mwari abatubaha Imana, ariko uhereye buno mwagiriwe imbabazi kubera kutubaha kwabo. \v 31 Na none, abaqyuda ntabwo bubaha, \v 32 kuko namwe nabo babonye imbabazi.Kuko Imana igira abantu bose abafungwa bo kutubaha kugirango bose babone imbabazi.

1
11/33.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 33 Ubukire bw'ubwenge n'ubumenyi bw'Imana burarenze ! Imanza ze ntabwo zihishurwa, n'inzira ze ntabwo zumvikana !\v 34 Ninde wamenye igitekerezo c'Umwami ? Kandi ni nde woba umujanama we ?

1
11/35.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 35 Ni nde wahaye Imana ideni kugirango imurihe ? \v 36 Kuko ibintu byose bivuye kuri kuri we byaremwe nayo kandi n'ibye. Icubahiro n'icayo igihe cose.

1
15/01.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 1 Guco rero twewe abafite ingufu, twihanire intege nkeya z'abanyantege nke kandi twe kwinezeze ubwacu. \v 2 Buri wese muri twe ashire imbere mugenziwe mu ibyiza kugira ngo amwubake.

1
15/03.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 3 Kubera ko Krisito nawe atinejeje ubwe, ahubwo hakurikijwe icanditswe : Ibitusi by'abagututse ni nje byaguyeho.\v 4 Kubera ko icari canditse cose cabaye guco kugira ngo kitubere icigisho, kugirango kubwo kwihahangana no guterana imbaraga zitangwa n'ibyanditswe kugirango tugire ibyiringiro.

1
15/05.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 5 Nuko Imana yo kwihangana no guhumuriza ibahe kugira igitekerezo kimwe mwese nkuko Kristo Yesu abishaka.\v 6 Kugira ngo dushobore guhimbaz'Imana Data na se w'Umwami wacu Yesu Krisito, mubitekerezo bimwe n'umunwa gumwe.\v 7 Nuko mwakirane nkuko Krisito yabakiriye kubw'ubwiza bw'Imana.

1
15/08.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 8 Kubera ko ngambye ko Krisito yabaye umukozi wo gukatwa kubw'inyungu z'ukuri kw'Imana kugira ngo amasezerano gagiriwe ba sogokuriza gakomezwe.\v 9 No kubanyamahanga kubwo guhimbaz'Imana, kubera imbabazi zayo nkuko byanditswe: " Kandi nzaguhimbariza hagati y'abanyamahanga kandi nzaririmba ishimwe ry'izina ryawe.

1
15/10.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 10 Kandi byaragambwe ngo : " Namwe banyamahanga mwishime hamwe n'ubwoko bwe. \v 11 Kandi ngo : " Muhimbaz'Imana mwa mahanga mwe. Amahanga yose mumuhimbaze".

1
15/12.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
Yesaya yongera kugamba ngo : " Ishami rizashibuka ku igitsitsi ca Yese rizahagurukira kuyobora amahanga; Kandi amahanga azamwiringira.

1
15/13.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
Imana y'ibyiringiro byose ibuzuze ibyishimo n'amahoro yose m'ukwizera kugira ngo murusheho kwiringira k'ubw'imbaraga z'Umwuka guboneye.

1
15/14.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
nanje ubwanje, bene date namaze kubemera ko namwe mwuzuye ubuntu, mwuzuye ukwiringira kose, mushoboye guhugurana hagati yanyu.

1
15/15.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 15 ariko mbandikiye mfite ubutwari kubw'ibintu bimwe kubwo kubibutsa, kubera impano nahawe n'Imana. \v 16 Kugira ngo mbe igisonga ca Kristo Yesu catumwe ku banyamahanga, nkora umurimo gw'Imana gwo kwamamaza Umwaze guboneye kugira ngo igitambo c'abanyamahanga cemerwe kuba carejejwe n'Umwuka guboneye.

1
15/17.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
Mfite rero ico noshobora \v 17 kwihimbazaho muri Kristo Yesu ku byerekeye Imana. \v 18 Kubera ko ntaco noshora kuvuga atari ico Krisito yashikirije muri nje kugira ngo nzane abanyamahanga mu kumvira, kubw'ubushobozi bw'ibimenyetso n'ibitangaza.\v 19 Kubw'ubushobozi bw'Umwuka guboneye, kuburyo kuva i Yerusalemu n'ibihugo biyikikije kugeza ILLURE kugirango nshobozwe rwose gukwiza Umwaze guboneye gwa Yesu Krisito.

1
15/20.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 21 Kuri ubwo buryo icifuzo canje n'ukugamba Umwaze guboneye atari aho yamenyekanye gusa kugira ngo ntaza kubaka k'urufatiro rw'undi.\v 20 Nkuko byanditswe ngo : " Abatigeze kubwirwa bazamureba kandi abatari barumvishije bazasobanukirwa.

1
15/22.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 22 Nico gituma, kenshi nabuze uburyo bwo kuza i wanyu. \v 23 Ariko buno nta kanya nagato mfite muri utwo turere, kandi hashize imyaka myinshi ndikwifuza kuza iwanyu.

1
15/24.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 24 bico igihe nzaza muri Esipanye, nizeyeko nzababona ndigutambuka no guhekezwa nawe maze kunezeranwa namwe igihe gitoya. \v 25 Ariko buno ngiye i Yerusalemu kubwo gukorera abera.

1
15/26.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 27 Kuko gwari umunezero mwinshi kubw'i Makedoniya n'i Akaya kubwa guteranya imfashanyio z'abera b'i Yerusalemu. \v 26 Ni koko n'ibyo byari ibyishimo by'ukuri kandi babibagamba ho. Kubera ko niba abanyamahanga barabonye urwabo ruhare ku nyungu z'Umwuka, bico bagomba kubitura iby'umubiri.

1
15/28.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 28 N'uko, igihe nzasohoza ibi no gushira imbuto mu maboko yabo nzanyura iwanyu no kuja muri Esipanye. \v 29 Nziko igihe nzazira iwanyu nzazana umugisha gwa Krisito guzuye

1
15/30.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
\v 30 Nuko rero, bene data, ndi kubinginga kubw'Umwami wacu Yesu Kristo no kubw'urukundo rw'Umwuka kurwana mu masengesho ku Mana. \v 31 Mukore guco kugirango mbohorwe abatumvira bo muri Yudeya, kugira ngo impano zo nzanye i Yerusalemu zakirwe n'abera.\v 32 Kugira ngo nzagere iwanyu mfite umunezero gwo mu gushaka kw'Imana; kandi ngo : " Nshobore kuruhuka hamwe namwe. Imana y'amahoro ibane namwe.

1
15/33.txt Normal file
View File

@ -0,0 +1 @@
Imana ya mahoro ibane namwe

View File

@ -145,6 +145,60 @@
"16-21",
"16-23",
"16-25",
"16-27"
"16-27",
"07-24",
"07-22",
"07-19",
"07-17",
"07-15",
"07-13",
"07-11",
"11-35",
"11-33",
"11-30",
"11-28",
"11-26",
"11-23",
"11-19",
"11-17",
"11-15",
"11-13",
"11-11",
"11-09",
"11-06",
"11-04",
"11-01",
"09-01",
"09-08",
"09-10",
"09-14",
"09-17",
"09-19",
"09-22",
"15-01",
"15-03",
"15-05",
"15-08",
"15-10",
"15-20",
"15-22",
"15-24",
"15-26",
"15-28",
"15-30",
"15-33",
"15-17",
"15-15",
"15-14",
"15-13",
"15-12",
"11-25",
"11-22",
"09-06",
"09-03",
"09-25",
"09-30",
"09-32",
"09-27"
]
}